Yesaya 7:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Yehova aca abwira Yesaya ati: «Ndagusavye uje guhura na Ahazi uri kumwe n’umuhungu wawe Sheyari-Yashubu*+. Muhurire ku mpera y’umugende w’ikidengeri co haruguru+, uri iruhande y’ibarabara rikuru rija kw’itongo ry’umumesuzi.
3 Yehova aca abwira Yesaya ati: «Ndagusavye uje guhura na Ahazi uri kumwe n’umuhungu wawe Sheyari-Yashubu*+. Muhurire ku mpera y’umugende w’ikidengeri co haruguru+, uri iruhande y’ibarabara rikuru rija kw’itongo ry’umumesuzi.