Yesaya 7:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Kuko umurwa mukuru wa Siriya ari Damasiko,umwami wa Damasiko akaba Rezini. Mu myaka 65 gusa,Abefurayimu bazojanjagurwa, ntibasubire kuba ihanga+. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 7:8 Umunara w’Inderetsi,1/12/2006, rup. 9
8 Kuko umurwa mukuru wa Siriya ari Damasiko,umwami wa Damasiko akaba Rezini. Mu myaka 65 gusa,Abefurayimu bazojanjagurwa, ntibasubire kuba ihanga+.