Yesaya 7:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Yesaya aca avuga ati: «Ndabasavye mwumvirize yemwe abo mu muryango wa Dawidi. Mbega ko muruhisha abantu, mugomba muruhishe Imana na yo+?
13 Yesaya aca avuga ati: «Ndabasavye mwumvirize yemwe abo mu muryango wa Dawidi. Mbega ko muruhisha abantu, mugomba muruhishe Imana na yo+?