Yesaya 10:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Nzomutuma kurwanya ihanga ry’abantu bahevye Imana*+,abantu banteye ishavu.Nzomutegeka kubanyaga no kubasahura ibintu vyinshino kubahonyanga nk’ivyondo mu mabarabara+.
6 Nzomutuma kurwanya ihanga ry’abantu bahevye Imana*+,abantu banteye ishavu.Nzomutegeka kubanyaga no kubasahura ibintu vyinshino kubahonyanga nk’ivyondo mu mabarabara+.