-
Yesaya 10:7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
7 Mugabo si vyo azoba yipfuza,
kandi ivyo si vyo azoba yateguye mu mutima wiwe.
Kubera ko mu mutima wiwe yipfuza guhonya
no kurandura amahanga atari make, amahanga menshi.
-