Yesaya 10:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Jewe Yehova ninarangiza igikorwa canje kijanye n’umusozi Siyoni n’i Yeruzalemu, nzohana umwami wa Ashuri kubera umutima wiwe utisonera n’amaso yiwe yibona akishira hejuru+. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 10:12 Be maso!,1/2011, rup. 30
12 Jewe Yehova ninarangiza igikorwa canje kijanye n’umusozi Siyoni n’i Yeruzalemu, nzohana umwami wa Ashuri kubera umutima wiwe utisonera n’amaso yiwe yibona akishira hejuru+.