-
Yesaya 10:14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 Nka kurya kw’umuntu ashize ukuboko mu cari,
ni ko ukuboko kwanje kuzokwifatira ubutunzi bw’amahanga.
Nka kurya kw’umuntu yegeranya amagi yahebwe,
ni ko nzokwegeranya isi yose.
Nta n’umwe azotababiza amababa canke ngo yugurure umunwa canke ngo ajwire.”»
-