Yesaya 10:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Ewe Isirayeli, naho abantu baweboba benshi nk’udutete tw’umusenyi wo ku kiyaga,amasigarira yabo gusa ni yo azogaruka+. Ingingo yo kubahonya yarafashwe+,kandi ubutungane* buzobashwaramwo nk’isegenya+. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 10:22 Umunara w’Inderetsi,15/12/2008, rup. 22
22 Ewe Isirayeli, naho abantu baweboba benshi nk’udutete tw’umusenyi wo ku kiyaga,amasigarira yabo gusa ni yo azogaruka+. Ingingo yo kubahonya yarafashwe+,kandi ubutungane* buzobashwaramwo nk’isegenya+.