Yesaya 10:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Yehova Nyeningabo azobakubitisha ikimoko+ nka ca gihe yatsindira Midiyani iruhande y’igitandara ca Orebu+. Azoduza ikibando ciwe hejuru y’ikiyaga, akiduze nk’uko yabigize mu Misiri+.
26 Yehova Nyeningabo azobakubitisha ikimoko+ nka ca gihe yatsindira Midiyani iruhande y’igitandara ca Orebu+. Azoduza ikibando ciwe hejuru y’ikiyaga, akiduze nk’uko yabigize mu Misiri+.