Yesaya 11:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Agashami+ kazoshamika kava ku gishitsi ca Yese+,kandi umunago+ uvuye mu mizi yiwe uzokwama ivyamwa. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 11:1 Umunara w’Inderetsi,1/4/2011, rup. 4-51/12/2006, rup. 9 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 84
11 Agashami+ kazoshamika kava ku gishitsi ca Yese+,kandi umunago+ uvuye mu mizi yiwe uzokwama ivyamwa.