Yesaya 11:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Inka n’idubu bizorisha hamwe,inyana zavyo ziryame hamwe. Intambwe izorya ubwatsi nk’impfizi y’inka+. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 11:7 Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,12/2016, rup. 7 Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 232, 233-234, 236
7 Inka n’idubu bizorisha hamwe,inyana zavyo ziryame hamwe. Intambwe izorya ubwatsi nk’impfizi y’inka+.
11:7 Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,12/2016, rup. 7 Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 232, 233-234, 236