Yesaya 13:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Raba! Umusi wa Yehova uriko uraza.Uje ata kagongwe kandi uzananye uburake n’ishavu rirurumba,kugira igihugu gicike akajoreza+,no kugira uzimanganye abacumuzi mu gihugu.
9 Raba! Umusi wa Yehova uriko uraza.Uje ata kagongwe kandi uzananye uburake n’ishavu rirurumba,kugira igihugu gicike akajoreza+,no kugira uzimanganye abacumuzi mu gihugu.