Yesaya 14:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 «Yemwe Bafilisitiya, ntihagire n’umwe muri mwebwe anezerwango ni uko ikibando c’uwabakubita cavunitse. Kuko mu muzi* w’inzoka+ hazovamwo inzoka y’ubumara+,kandi uruvyaro rwawo ruzoba inzoka y’umuriro iguruka*.
29 «Yemwe Bafilisitiya, ntihagire n’umwe muri mwebwe anezerwango ni uko ikibando c’uwabakubita cavunitse. Kuko mu muzi* w’inzoka+ hazovamwo inzoka y’ubumara+,kandi uruvyaro rwawo ruzoba inzoka y’umuriro iguruka*.