-
Yesaya 18:7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
7 Ico gihe Yehova Nyeningabo azozanirwa ingabire
ivuye mw’ihanga ry’abantu barebare kandi b’akabiri karemvye*,
ku bantu batinywa ahantu hose.
Izoza ivuye kw’ihanga rikomeye kandi rinesha ayandi mahanga*,
isi yaho ikaba itwarwa n’inzuzi.
Iyo ngabire izojanwa ahantu hitirirwa izina rya Yehova Nyeningabo, ku musozi Siyoni+.»
-