-
Yesaya 19:2Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
2 «Nzotuma Abanyamisiri barwanya Abanyamisiri.
Umwe wese azorwanya mugenziwe,
umwe wese arwanye mwenewabo n’umubanyi wiwe,
igisagara kirwanye ikindi, n’ubwami burwanye ubundi.
-