-
Yesaya 26:5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Kuko yashize hasi ababa hejuru, muri ca gisagara kiri hejuru.
Arakimanura,
arakimanura gushika hasi.
Agishikana mu mukungugu.
-
5 Kuko yashize hasi ababa hejuru, muri ca gisagara kiri hejuru.
Arakimanura,
arakimanura gushika hasi.
Agishikana mu mukungugu.