-
Yesaya 26:21Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
21 Kuko raba, Yehova araje avuye iwe
ngo agire ico abaza ababa mu gihugu kubera amakosa bakoze.
Igihugu kizoshira ahabona amaraso yasheshwe muri co,
kandi ntikizosubira kunyegeza abantu baco bishwe.»
-