-
Yesaya 27:7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
7 Mbega yoba akwiye gukubitwa nk’uko uwumukubita abigira?
Canke yoba akwiye kwicwa cokimwe n’abishwe biwe?