Yesaya 27:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Igihe uzomurungika, uzonigana na we ushizeko akaruru gateye ubwoba. Uzomwirukana ukoresheje umuyaga wawe ukaze, ku musi w’umuyaga wo mu buseruko+.
8 Igihe uzomurungika, uzonigana na we ushizeko akaruru gateye ubwoba. Uzomwirukana ukoresheje umuyaga wawe ukaze, ku musi w’umuyaga wo mu buseruko+.