Yesaya 29:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Bizoba nk’igihe umuntu ashonje arose ariko ararya,mugabo akikangura ashonje.Bizoba nk’igihe umuntu anyotewe arose ariko aranywa,mugabo akikangura arushe, anyotewe. Ukwo ni ko bizogendera isinzi ry’amahanga yosearwanya umusozi Siyoni+.
8 Bizoba nk’igihe umuntu ashonje arose ariko ararya,mugabo akikangura ashonje.Bizoba nk’igihe umuntu anyotewe arose ariko aranywa,mugabo akikangura arushe, anyotewe. Ukwo ni ko bizogendera isinzi ry’amahanga yosearwanya umusozi Siyoni+.