Yesaya 29:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ese ingene mucurika* ibintu! None umubumvyi n’ibumba vyakabaye bingana+? Icahinguwe covuga ku bijanye n’uwagihinguye ngo: «Ntiyampinguye+»? Mbega icabumbwe cokwubahuka kuvuga ku bijanye n’uwakibumvye ngo: «Nta na kimwe ategera+»?
16 Ese ingene mucurika* ibintu! None umubumvyi n’ibumba vyakabaye bingana+? Icahinguwe covuga ku bijanye n’uwagihinguye ngo: «Ntiyampinguye+»? Mbega icabumbwe cokwubahuka kuvuga ku bijanye n’uwakibumvye ngo: «Nta na kimwe ategera+»?