Yesaya 29:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Hasigaye akanya gato Libani isigare ari umurima w’ivyamwa+,uwo murima w’ivyamwa na wo usigare ubonwa nk’ikibira+.
17 Hasigaye akanya gato Libani isigare ari umurima w’ivyamwa+,uwo murima w’ivyamwa na wo usigare ubonwa nk’ikibira+.