Yesaya 29:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Kuri uwo musi abafise ubumuga bwo kutumva bazokwumva amajambo yo mu gitabu,impumyi na zo zive mu mwiza no mu muzimagiza, zibone+. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 29:18 Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 232-233, 235
18 Kuri uwo musi abafise ubumuga bwo kutumva bazokwumva amajambo yo mu gitabu,impumyi na zo zive mu mwiza no mu muzimagiza, zibone+.