Yesaya 29:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Abitonda bazonezerwa cane kubera Yehova,n’aboro banezerwe kubera wa Mweranda wa Isirayeli+.