Yesaya 29:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Barabeshera abandi bagatuma bagirwa n’icaha,bagatega umutego uwuburanira ukuri* mw’irembo ry’igisagara+,bagakoresha n’ivyiyumviro ata co bimaze kugira ngo umugororotsi ntatunganirizwe+.
21 Barabeshera abandi bagatuma bagirwa n’icaha,bagatega umutego uwuburanira ukuri* mw’irembo ry’igisagara+,bagakoresha n’ivyiyumviro ata co bimaze kugira ngo umugororotsi ntatunganirizwe+.