Yesaya 29:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Ibi rero ni vyo Yehova, umwe yacungura Aburahamu+, abwiye abakomoka kuri Yakobo: «Yakobo ntazosubira kumaramara,kandi nta guteterwa* kuzosubira kuboneka mu maso hiwe*+.
22 Ibi rero ni vyo Yehova, umwe yacungura Aburahamu+, abwiye abakomoka kuri Yakobo: «Yakobo ntazosubira kumaramara,kandi nta guteterwa* kuzosubira kuboneka mu maso hiwe*+.