Yesaya 30:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Yehova avuze ati: «Baragowe abana b’intagondwa+bashitsa imigambi itari rwanje+,bakagira amasezerano* batayobowe n’impwemu yanje,kugira ngo bongere igicumuro ku kindi.
30 Yehova avuze ati: «Baragowe abana b’intagondwa+bashitsa imigambi itari rwanje+,bakagira amasezerano* batayobowe n’impwemu yanje,kugira ngo bongere igicumuro ku kindi.