Yesaya 30:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ibi rero ni vyo wa Mweranda wa Isirayeli avuze: «Ko mudashaka kwumva ijambo ryanje+,mukizigira ibinyoma n’uruhendo,bikaba ari vyo mwishimikiza+,
12 Ibi rero ni vyo wa Mweranda wa Isirayeli avuze: «Ko mudashaka kwumva ijambo ryanje+,mukizigira ibinyoma n’uruhendo,bikaba ari vyo mwishimikiza+,