Yesaya 35:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Ubugaragwa n’igihugu kigadutse bizokwigina+,kandi ikiyaya c’ubugaragwa kizonezerwa, gishurike nk’amashurwe yitwa habaseleti+. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 35:1 Be maso!,no. 1 2021 rup. 13
35 Ubugaragwa n’igihugu kigadutse bizokwigina+,kandi ikiyaya c’ubugaragwa kizonezerwa, gishurike nk’amashurwe yitwa habaseleti+.