Yesaya 37:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Umwami Hezekiya akimara kuvyumva, aca yitaburirako impuzu maze yambara igunira, araheza aja mu nzu ya Yehova+.
37 Umwami Hezekiya akimara kuvyumva, aca yitaburirako impuzu maze yambara igunira, araheza aja mu nzu ya Yehova+.