Yesaya 37:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Hari aho Yehova Imana yawe yogira ico akoze yumvise ivyo Rabushake yavuze, uwo shebuja umwami wa Ashuri yatumye gucokora Imana nzima+. Hari aho Yehova Imana yawe yomuhana kubera amajambo yumvise. Ndagusavye rero usengere+ abasigaye mu gihugu+.”»
4 Hari aho Yehova Imana yawe yogira ico akoze yumvise ivyo Rabushake yavuze, uwo shebuja umwami wa Ashuri yatumye gucokora Imana nzima+. Hari aho Yehova Imana yawe yomuhana kubera amajambo yumvise. Ndagusavye rero usengere+ abasigaye mu gihugu+.”»