Yesaya 41:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Nimutange ibimenyamenya, mutubwire ibizoba. Nimutubwire ivyabaye muri kahise* kugira ngo tubizirikane*,tumenye ico bizovamwo. Canke na ho mutumenyeshe ibigiye kuba+.
22 Nimutange ibimenyamenya, mutubwire ibizoba. Nimutubwire ivyabaye muri kahise* kugira ngo tubizirikane*,tumenye ico bizovamwo. Canke na ho mutumenyeshe ibigiye kuba+.