Yesaya 41:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Ni nde yabivuze kuva mu ntango kugira tubimenye,canke kuva mu bihe vya kera, kugira ngo tuvuge duti: “Avuga vyo+”? Mu vy’ukuri, nta n’umwe yabimenyesheje. Nta n’umwe yabivuze. Nta kintu na kimwe twabumvanye+.»
26 Ni nde yabivuze kuva mu ntango kugira tubimenye,canke kuva mu bihe vya kera, kugira ngo tuvuge duti: “Avuga vyo+”? Mu vy’ukuri, nta n’umwe yabimenyesheje. Nta n’umwe yabivuze. Nta kintu na kimwe twabumvanye+.»