Yesaya 41:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Ni je nabaye uwa mbere mu kubwira Siyoni nti: «Raba ng’ibi+!» Kandi nzorungika i Yeruzalemu uwutwara inkuru nziza+.
27 Ni je nabaye uwa mbere mu kubwira Siyoni nti: «Raba ng’ibi+!» Kandi nzorungika i Yeruzalemu uwutwara inkuru nziza+.