Yesaya 42:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ntazoruha canke ngo acike intege, gushika ashizeho ubutungane mw’isi+.Amazinga aguma arindiriye amategeko* atanga. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 42:4 Yezu ni inzira, rup. 80-81 Umunara w’Inderetsi,15/1/2009, rup. 23
4 Ntazoruha canke ngo acike intege, gushika ashizeho ubutungane mw’isi+.Amazinga aguma arindiriye amategeko* atanga.