9 Amahanga yose nahurire mu kibanza kimwe,
n’abantu bakoranire hamwe+.
Muri bo ni nde ashobora kubihishura
canke akatumenyesha ibizoba ubwa mbere+?
Nibazane ivyabona vyabo kugira berekane ko bavuga vyo,
canke na ho abandi bumve maze bavuge bati: “Ni ukuri+!”»