Yesaya 43:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Yehova Umucunguzi wanyu+, wa Mweranda wa Isirayeli+, avuze ati: «Nzorungika abantu i Babiloni ku bwanyu, manure ivyugazo vy’amarembo+,manure n’Abakaludaya mu mato* yabo, baboroge+.
14 Yehova Umucunguzi wanyu+, wa Mweranda wa Isirayeli+, avuze ati: «Nzorungika abantu i Babiloni ku bwanyu, manure ivyugazo vy’amarembo+,manure n’Abakaludaya mu mato* yabo, baboroge+.