Yesaya 44:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Umwe azovuga ati: ‘Jewe ndi uwa Yehova+’, uwundi yiyite izina rya Yakobo.Uwundi na we azokwandika ku kuboko kwiwe ngo: ‘Uwa Yehova’, kandi azokwiyitirira izina rya Isirayeli.”
5 Umwe azovuga ati: ‘Jewe ndi uwa Yehova+’, uwundi yiyite izina rya Yakobo.Uwundi na we azokwandika ku kuboko kwiwe ngo: ‘Uwa Yehova’, kandi azokwiyitirira izina rya Isirayeli.”