Yesaya 44:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Raba! Abifatanya na bo bose bazomaramara+. Abanyamyuga b’abahinga ni abantu buntu. Bose nibakoranire hamwe bafate ivyicaro. Bazogira ubwoba bwinshi, bamaramarire hamwe.
11 Raba! Abifatanya na bo bose bazomaramara+. Abanyamyuga b’abahinga ni abantu buntu. Bose nibakoranire hamwe bafate ivyicaro. Bazogira ubwoba bwinshi, bamaramarire hamwe.