Yesaya 44:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Kiraheza kikaba inkwi umuntu acana. Afata zimwe muri zo akazikoresha mu kwisusurutsa,agacana umuriro, akotsa umukate. Mugabo aragihinguramwo n’imana akayisenga. Akibazamwo igishusho, akacunamira+. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 44:15 Imizimu, rup. 42-45
15 Kiraheza kikaba inkwi umuntu acana. Afata zimwe muri zo akazikoresha mu kwisusurutsa,agacana umuriro, akotsa umukate. Mugabo aragihinguramwo n’imana akayisenga. Akibazamwo igishusho, akacunamira+.