Yesaya 44:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Mugabo igice gisigaye agikoramwo imana, igishusho yabaje. Aracunamira akagisenga. Aragisenga, akavuga ati: «Nkiza kubera uri imana yanje+.» Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 44:17 Imizimu, rup. 42-45
17 Mugabo igice gisigaye agikoramwo imana, igishusho yabaje. Aracunamira akagisenga. Aragisenga, akavuga ati: «Nkiza kubera uri imana yanje+.»