Yesaya 44:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Nta na kimwe bazi, nta na kimwe batahura+,kuko amaso yabo yugaye bakaba badashobora kubona,n’umutima wabo ukaba ata bukerebutsi* ufise. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 44:18 Imizimu, rup. 42-45
18 Nta na kimwe bazi, nta na kimwe batahura+,kuko amaso yabo yugaye bakaba badashobora kubona,n’umutima wabo ukaba ata bukerebutsi* ufise.