Yesaya 44:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Ndavuruga ibimenyetso vy’abahanuzi b’ikinyoma*,kandi ndi Umwe atuma abaraguzi bakora nk’abasazi+.Ndi Umwe atuma abantu b’inkerebutsi babura ico bafata n’ico bareka,agatuma ubumenyi bwabo buhinduka ubujuju+. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 44:25 Umunara w’Inderetsi,1/5/1997, rup. 16-17
25 Ndavuruga ibimenyetso vy’abahanuzi b’ikinyoma*,kandi ndi Umwe atuma abaraguzi bakora nk’abasazi+.Ndi Umwe atuma abantu b’inkerebutsi babura ico bafata n’ico bareka,agatuma ubumenyi bwabo buhinduka ubujuju+. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 44:25 Umunara w’Inderetsi,1/5/1997, rup. 16-17