Yesaya 44:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Ndi Umwe atuma ijambo ry’umusavyi wiwe riranguka,agashitsa akantu kose intumwa ziwe zari zaravuze+.Ndi Umwe avuga ku bijanye na Yeruzalemu ati: “Hazoba abantu+”, no ku bisagara vy’Ubuyuda ati: “Bizosubira kwubakwa+,kandi ahasambutse hazosanurwa+.” Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 44:26 Umunara w’Inderetsi,1/5/1997, rup. 16-17
26 Ndi Umwe atuma ijambo ry’umusavyi wiwe riranguka,agashitsa akantu kose intumwa ziwe zari zaravuze+.Ndi Umwe avuga ku bijanye na Yeruzalemu ati: “Hazoba abantu+”, no ku bisagara vy’Ubuyuda ati: “Bizosubira kwubakwa+,kandi ahasambutse hazosanurwa+.” Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 44:26 Umunara w’Inderetsi,1/5/1997, rup. 16-17