Yesaya 45:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nzoguha amatungo ari mu mwiza,n’amatungo anyegejwe mu bibanza vyihishije+,kugira ngo umenye yuko ndi Yehova,Imana ya Isirayeli, Umwe aguhamagaye mw’izina ryawe+. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 45:3 Umunara w’Inderetsi,1/5/1997, rup. 18-19
3 Nzoguha amatungo ari mu mwiza,n’amatungo anyegejwe mu bibanza vyihishije+,kugira ngo umenye yuko ndi Yehova,Imana ya Isirayeli, Umwe aguhamagaye mw’izina ryawe+.