Yesaya 45:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Yehova, wa Mweranda wa Isirayeli+ akaba n’Umubumvyi wiwe, avuze ati: «Mwompaririza ku bijanye n’ibigira bibe,mukampa amategeko ku bijanye n’abana banje+ canke ivyo nakoze n’amaboko yanje?
11 Yehova, wa Mweranda wa Isirayeli+ akaba n’Umubumvyi wiwe, avuze ati: «Mwompaririza ku bijanye n’ibigira bibe,mukampa amategeko ku bijanye n’abana banje+ canke ivyo nakoze n’amaboko yanje?