Yesaya 46:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Hari abakura inzahabu nyinshi mw’isaho,bagapima ifeza ku munzane. Barariha umucuzi, na we akabikoramwo imana+. Baraheza bakayikubita imbere bakayisenga*+.
6 Hari abakura inzahabu nyinshi mw’isaho,bagapima ifeza ku munzane. Barariha umucuzi, na we akabikoramwo imana+. Baraheza bakayikubita imbere bakayisenga*+.