-
Yesaya 47:10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 Wizigiye ububisha bwawe.
Wavuze ngo: «Nta n’umwe ambona.»
Ubukerebutsi bwawe n’ubumenyi bwawe ni vyo vyagutesheje inzira.
Wibwira mu mutima ngo: «Nta wundi ariho ameze nkanje.»
-