Yesaya 47:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ukwo ni ko abapfumu bawe bazomera kuri wewe,abo mwakoranye n’umwete mwinshi kuva ukiri muto. Bazokwangara, umwe wese ajane inzira yiwe*. Nta n’umwe azogukiza+.
15 Ukwo ni ko abapfumu bawe bazomera kuri wewe,abo mwakoranye n’umwete mwinshi kuva ukiri muto. Bazokwangara, umwe wese ajane inzira yiwe*. Nta n’umwe azogukiza+.