Yesaya 48:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Eka nta co wumvise+, nta n’ico wamenye,kandi mu bihe vya kera ntiwateze amatwi. Kuko nzi yuko uhemuka cane+,kandi ko kuva ukivuka wiswe umucumuzi+.
8 Eka nta co wumvise+, nta n’ico wamenye,kandi mu bihe vya kera ntiwateze amatwi. Kuko nzi yuko uhemuka cane+,kandi ko kuva ukivuka wiswe umucumuzi+.